83. Mwese Musingiz' Umwami
1.
Mwese musingiz' Umwami muti: Izina ryawe ryubahwe.
Mwaminiw' ugir' ishimwe ryose, Izina ryawe ryubahwe.
Gusubiramo:
Mwubah' izina, Mwubah' izina!
Mwubah'izina ry' Umwami!
Mwubah' izina, Mwubah' izina!
Mwubah' izina ry'Umwami!
2.
Yesu zina ritumar' ubwoba, Mwubah' izina ry' Umwami!
Ni nk'inanga ku bafit' ibyaha, Mwubah' izina ry' Umwami!
3.
Adukiz' imbaraga y' ibyaha, Mwubah' izina ry' Umwami!
Amaraso y' adukiza rwose. Mwubah' izina ry' Umwami!
Comments
Post a Comment